Amakuru Entertainment Ibigezweho Imyidagaduro Ingenzi Inkuru nshasha Travel Umuririmvyikazi Bernice The Bell yaraye ashitse kuruyu wa gatatu, 4 tariki ya 12 Nyakanga 2023, ku kibuga cy’indege mpuzamahanga ca Melchior NDADAYE Bujumbura. Yagarutse avuye mu Budage aho yari yitabiriye ibirori vya Kommen und Gehen Continue Reading Previous Drama-T Yongeye gufata rutema ikirereNext Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka More Stories Amakuru Breaking News Health Inkuru nshasha Politics Ubumwe bwa Afirika (UA) buvuga ko “burajwe inshinga” n’ukwiyonkora kwa Leta zunze ubumwe za Amerika mwishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS 31 Amakuru Breaking News Ibigezweho Inkuru nshasha Politics RDC : Abashinwa baraye bafashwe muri reta iharanira demokarasi ya Congo bafise inzahabu na $ 800 000(cash) 163 Amakuru Breaking News Entertainment Health Ibidandazwa Imyidagaduro Politics Technology Travel Ubuhinga Ng’ibi ibintu 5 nyamukuru vyavuzwe mu kiganiro c’umukuru w’igihugu n’abenegihugu? 150 Amakuru Ibidandazwa Technology Ubuhinga Reta y’Uburundi izotwara ibice 20% ku butare buzimbwa mu Kirundo 145 Amakuru Ibigezweho Imyidagaduro Inkuru nshasha Merry Christmas! 9 Breaking News Entertainment Miss Burundi azohabwa imodokari ikoreshwa n’umuyangankuba n’imiriyoni 25 z’amarundi 62 4 thoughts on “Umuririmvyikazi Bernice The Bell yaraye ashitse kuruyu wa gatatu,” Komeza umererwe neza Bell wacu Kaze Iwanyu mubawe Reply Kaze mwiza Nizereko uzoduha nururirimbo rushasha Reply Kaze kaze mwiza wacu Reply Kaze Bell warukumbuwe cane Imana ishimwe yo yakuzigamye Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
Komeza umererwe neza Bell wacu
Kaze Iwanyu mubawe
Kaze mwiza
Nizereko uzoduha nururirimbo rushasha
Kaze kaze mwiza wacu
Kaze Bell warukumbuwe cane
Imana ishimwe yo yakuzigamye