September 8, 2024

Umurwi Ndangakaranga INTATANA mu giteramo ALL IN ONE 

0

Umurwi Ndangakaranga INTATANA mu giteramo ALL IN ONE kizobera ARENA kuwa 5 igenekerezo rya 4 Myandagaro 2023 kuva igihe c isaha 1 y ijoro gushika isaha 4

Muri co giteramo umurwi INTATANA uzotamba intambo zose ndangakaranga z ibihugu 7 bigize akarere k afrika y ubuseruko

 INTATANA mu giteramo ALL IN ONE kizobera ARENA kuwa 5 igenekerezo rya 4 Myandagaro 2023 kuva igihe c isaha 1 y ijoro gushika isaha 4

Muri co giteramo umurwi INTATANA uzotamba intambo zose ndangakaranga z ibihugu 7 bigize akarere k afrika y ubuseruko 

Astère NDIHOKUBWAYO arongoye umurwi INTATANA yavuze ko uyo murwi umaze gukora ibiteramo mu bihugu 6 bigize EAC arico gituma abantu bomenyako ubuhinga n akanovera bizoranga igiteramo nyezina

Ngo bafashe umwanya ukwiye wokwiga izo ntambo babifashijwemwo n umuhinga umwe umwe aturuka muri ivyo bihugu

Christine NDAYIZEYE ati : “Igiteramo ca mbere kibaye mu Burundi ariko turipfuzako ibindi bizokurikira vyogenda birabera mu gihugu kimwe kimwe mpaka vyose

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *