Youssouf Ndayishimiye agiye kwandikwa ku mpuzu za Aigle Noir inyuma yo kwemera kuriha 18.000.000 Fbu buri kwezi
Uyu mwaka w’inkino wa 2024-2025, Ndayishimiye Yousouf “Nyange” akina mu bufaransa mu mugwi wa OGC Nice, yiyemeje guhemba abakinyi, abamenyereza n’abakozi b’umugwi Aigle Noir, amafaranga 18.000.000 Fbu bose buri kwezi. Ku bw’ivyo Nyange azokwandikwa ku mpuzu abakinyi ba Aigle Noir bose bazokina bambaye. Ivyo vyose ni mu ntumbero yo gushimira uwo mugwi wamureze akiri muto ndetse ukamufasha gushika aho aja gukinira ku mugabane wa buraya. Vyashikirijwe na Réverien Ndikuriyo asanzwe ari nawe yatanguje umwugwi wa Aigle Noir, abicishije ku rubuga rwa Facebook.
Youssouf Ndayishimiye yabwiye Akeza Sport ko Aigle noir ari nk’umuryango kuri we, agashimira na Réverien Ndikuriyo ngo kuko iyo ataba we, umuryango wiwe ntuba ubayeho nk’uko bimeze ubu.
Musomyi wakiriye gute iyi nkuru?
Ikintu cyiza cyane kuri uyumukinyi yousouf arazirikana nezako kugira ashike aho ashitse kobyose byavuye Mumpetso yuburundi.
Iyaba bose bogiye barazirikana nkuwo wosanga twashitse kure.
Impundu kuri Nyage agize umutima wo gushima uteye ubwoba
Uwo MUjama ahubwo namba yibaza ko natwe atamahera dufise
Ndumva Iryo niterambere Rikomeye Cane Nabandi Ahubwo Bokwigirako Akarorero Keza
Amahirwe kuri youssuf
Umupira ndawuraba ariko ntamahera nkayo notanga vraiment
Aho ayo mahera ntiboyatwara Muburimyi nubworozi erega umupira sakazi jewe mbere sindavyemera ivyo bintu
Aho wosanga abiwabo atanumwe aha nigihumbi
igikorwa ciza kabisa
youssuf afise aigle noir kumutima kabisa
uyo afise amahera yo kwonona shahu
uwo rega numu boss
umwana wigihugu kln
ayo mafaranga ni menshi kabisa
Ni igikorwa ciza kidasanzwe yakoze kandi numutima wo gushima.
nigikorwa ciza cane
Gux kl numusore koko
Nigikorwa gikomeye cane
Burya uwo numutima wurukundo nyene
Nikintu ciza cane araberetseko abafise kumutima
Taba bose bameze nkuko
yakoze icogikorwa numutima mwiza
Nyange numuntu mwiza cane abantu beza baracabaho
Iryo niterambere mumurwi wa aigle noir kabisa
gusa football yo mu burundi ntakigenda kabisa
youssouf numuntu wumugabo kabisa
courage sana Nyange
none ivyo yabuigize kugireb ashike kuki
none ayomahera kwari menshi cane
ico gikorwa yakoze niciza kabisa
ico gikorwa nico gushima cane pee
youssouf ntiyibagira kweri abamureze aho yakuriye
ico gikorwa cuwo muhungu niciza kabisa
uwo shahu afise menshi kabisa
niho bavuze amahera aja ahayandi ari
ayomahera yari kuyafashisha impfuvyi nabatishoboye
Nyange numurwizatunga kabisa
none nyene bazomwandika kwijeze
ndibaza arakorera agakwiye arinda yoheba amahera nkayo yose
abantu beza baracaari nka youssouf
mangwe nivyo narinde ayatanga none mwibaza ahembwa amahera angana gute
nyange numwana mwiza vraiment
asha uwo mutima w’urukundo uzowusanga hake kabisa
asha nabandi bakinyi bateye imbere barakwiye kurabira kuri Nyange
igikorwa co gushima kabisa
asha wa muhungu yarateye imbere kabisa
asha uyo musore nisawa kabisa
Ewan yubahw kl abikora frex
Ewan arakaz kbx
Ewan arakaz kbx
Egooo yubahw kbx
Musore wacu
Egoo arakaze kl
A lion kl
Nukumutamw kamw kwer
Eeeh arakaze cane gux arakor kl
Ninaba kbx
Numusore pe