Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla : “Sinabaye uwa mbere, mugabo muri jewe naratsinze”
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi...
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi...
Mu kiganiro BBNEWS yakoranye n’umukozi w’Imana, Apôtre Isidore Mbayahaga, yavuze ko gituma ingo nyinshi za kino gihe zisigaye zisambuka mu...
Kuri uyu wa 14/11/2024, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yarekuye ku ncuro igira kabiri abanyororo barenga 5.442 bakoze ivyaha bitobito...
Mu Burundi, hatunganijwe indwi yahariwe ubukerarugendo (Burundi Tourism Week) ku ncuro ya mbere. Iyo ndwi ikaba yatunganijwe n’ishirahamwe Visit Burundi...
Guha amahera abasore bakwije imyaka yo kurongora, gutangira inkwano abasore batishoboye bashaka kwubaka izabo no guha arya amahera yo ku...
Mw’itangazo ryo kuri uyu wa 11/11/2024, ubushikiranganji bw’indero bwaramenyesheje amanota yafatiweko ku banyeshure bazokora ibibazo vyo mu mashure y'akarorero muri...
Haraheze igihe kitari gito hibonekeza ikena ry’inoti z’ijana, ico kibazo kiramaze gucanishamwo abatari bake mu badandaza n’abaguzi cane cane mu...
Umutambukanyi w’Umukuru w'igihugu, Angeline Ndayishimiye aho yari yagendeye kuri uyu wa 7 Munyonyo 2024, ishure Saint Michel Archange kugira aganire...
Inyuma y’aho ishirahamwe Lumitel ribicishije mu gisata caryo co guhanahana amahera (Lumicash) kizanye guhera kuri uyu wa 02/11/2024, ingingo nshasha...
Kuva kuri uyu wa 31 Gitugutu 2024, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, niwe agiye kurongora umuryango w’isoko rusangi COMESA(The Common...