Amajambo menshi ariko aravurwa kubakunzi b’inkino Inyuma yaho Intamba zitsindiye Namibie Saido NTIBAZONKIZA ntatumweko .
Abakunzi b'inkino mu Burundi baribaza ingene Urukino rwa Cameroon n'Uburundi ruzoba Rumeze aho n'igihe hakiri amatati hagati yabakinyi bahora bawuserukira...