June 5, 2023
08:41

BBNEWZ

Untitled-4

Amakuru

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

Amakuru, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
YOU DONE IT  indirimbo shasha , Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel ,kuruyu wakane itariki imwe (1) ya ruheshi aho abasore babaririmvyi babiri bafise ingabire idasanzwe baje kumuvuduko udasanzwe , ni YBRapper aririmba umudiho wa Rap  na JOE MANI akoresha cane umudiho wa RNB . Ni YB (risigura yvan bruno ) na JOE MANI (risigura joel manirakiza) kandi  nk’umuryango  babateguriye indirimbo y’inkuru nziza ivuga ku gikorwa ca yesu christo c’ubuntu n’urukundo n’imbabazi idufitiye . N’indirimbo nziza wokwumviriza aho ugeze hose ikakuzuza  ikakuremesha, ikakwibutsa kandi ko IMANA igukunda , kandi igufitiye imigambi myiza . uyo YB akaba ari umu catholika aririmba rap, kandi ntakora umwuga wokuririmba gusa aranashushanya( bisigura dessinateur). JOE MANI nawe ...
INSTAGRAM: Uku niko urubuga rushasha rugiye kumera

INSTAGRAM: Uku niko urubuga rushasha rugiye kumera

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Inyuma yo kubisabwa n'abantu benshi cane basanzwe bakoresha imbuga z'uruganda rwa META,ubu bakaba bahisemwo kwishura kucipfuzo bari barasabwe n'abanywanyi barwo mugushira kumugaragaro ishusho canke igicapo cuko urwo rubuga rushasha rugiye kumera no gukora. kuvaho urubuga rwa Twitter rugurishijwe rugashirwa muminwe y'umurwizatunga Elon Musk rwaratakaje igitigiri kitari gito c'abarwamamarizako bituma ruhomba cane eka rubura n'umurindi munini wabantu barukurikirana,bituma benshi mubashora mari babura iyo bashobora kwamamarizamwo ibidandazwa vyabon ari navyo biteza imbere bikazana agafaranga kumbugahwaniro, Meta Ikaba ikaba yipfuza gushiraho urubuga ruzoba rufise imikorere nkiya Twitter bikazotuma abantu bakunda urubuga rwa twitter imikorere yarwo bazoshobora kworoherwa urwo rubuga rus...
‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

Amakuru, Ibigezweho, Imikino, Inkuru nshasha
Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa  ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na Inter de Milan muri Championsleague. Kubwa Pep Guardiola ,umumenyereza wa Citizens mubibazo yabajijwe n’abamenyeshamakuru  akaba yashoboye kwishura avuga  ko guhurira murukino rwanyuma na ekipe iva muri SERIE A mubutaliyano atari ikintu coroshe na gato . ’’intsinzi itagabanijwe nagato kandi ikwije ibisabwa vyose kugira yitwe intsinzi,niyo yatumye twiyumva ko dutekaniwe cane.nari  nibicuro kuko muri twebwe twari tugifise imvune mumitima no mumushishito zivyatubayeko mumwaka uheze ariko uno musi twazimaze twumva dutekanye kandi dutekaniwe gose. Ubu tugira dukore  imyitegure mubwenge no kumubiri kuko tuz...
kuroba vyabujijwe Vyagateganyo Mukiyaga Tanganyika

kuroba vyabujijwe Vyagateganyo Mukiyaga Tanganyika

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuzima
Amasezerano yo kubuza kuroba mu kiyaga ca Tanganyika yatanguye gukurikizwa kuva kwi itariki ya 15 Rusama. Yafashwe n'ibihugu bine vyo ku nkombe: Zambiya, Tanzaniya, u Burundi na Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo. Ariko muri DRC, igihugu gifise 45% vyamazi yikiyaga Tanganyika, iri tegeko ryatumye habaho kutaryumva kumwe hagati y’impande zibiri. Uku ni ko bimeze mugisagara ca Kalemie, umurwa mukuru w'intara ya Tanganyika mu burasirazuba bw'igihugu, aho uburovyi ari co gikorwa kibateje imbere na cane cane mugisata c’ubutunzi. Ibihugu vyose rero birasabwa gukurikiza iyo ngingo rikaba ryari ryasinywe ubwambere mu mwaka wa 2021 ibidukikije no kurinda abaja kuroba amafi akiri mato bigatuma haba ibura bikabuza nirwirirana ryazo . Kurundi ruhande bakavuga ko bafise imisi 19 yukur...
Elon Musk yahisemo Linda Yaccarino kugirango abe ariwe azoba umurongozi wurubuga  rwa Twitter

Elon Musk yahisemo Linda Yaccarino kugirango abe ariwe azoba umurongozi wurubuga  rwa Twitter

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Umuyobozi mushasha kuri Twitter. Nyene imbuga nkoranyabuhanga, Elon Musk, yahisemo uwuzomusubirira. Umugabo wumunyabikorwa wumuhanga, Ku wa gatanu, 12 Rusama, akaba yagaragaje kumugoroba Umwidondoro wa Linda Yaccarino nkuzomusubirira kurongora urwo rubuga abanje kubaza niba ashobora gutanga Imihoho kuri intereneti mumatora. Imbere ya benshi bahisemwo "ego", yavuze ko azobikora akimara kubona umuntu wumusazi birenze kugirango amusubirire, Munyuma atangaza ko yahisemwo Imbwa yiwe. Ariko avuga ko yariko abishiramwo ariko ubu imikino yarangiye. Elon Musk akaba yahisemwo  Linda Yaccarino.. Yarongoye kugeza kuwa gatanu ishami ryo kwamamaza itangazamakuru n’itumatunako rikomeye ryamakuru NBCUniversal. Ntabwo ariho agitangura imirimo nkiyo, hanyuma. Ikirenze vyose, ni inzobere ...
Muri Kenya  Idini ry’umunsi w’iherezo ryahera  ku bana mukugira amapfungo yo kwiyicisha inzara

Muri Kenya  Idini ry’umunsi w’iherezo ryahera  ku bana mukugira amapfungo yo kwiyicisha inzara

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha
Abana nibo babaye benshi cane mu kwicishishwa inzara mu minsi ya nyuma y’idini ry’umunsi w'iherezo muri Kenya, ku bw’amakuru mashasha aguma aboneka. Igiporisi kiriko kiratohoza ku kigaragara nk’ukwiyahura mu kivunga gushika ubu kimaze kuzura ibiziga bigera 201 mw’ishamba rinini rya Shakahola mu buseruko bushira ubumanuko bwa Kenya. Uwahoze ari icegera c’umwigisha [w’ijambo ry’imana] muri iryo dini yabwiye ikinyamakuru New York Times ko abana bicwa ubwa mbere, bagahatirwa ‘’kwisonzesha ku zuba kugira banyaruke gupfa’’. Abagore n’abagabo nibo bakurikira muri iyo nteguro yo kwiyahura, nk’uko Titus Katana yavuze. Uwo mugabo Katana – ariko arafasha igiporisi muri ayo matohoza -yanabwiye ikinyamakuru Sunday Times ingene abana bafatwa bunyamaswa, akavuga ko bugaranirwa mu tuzu imin...
Real Madrid irababazwa nuko  Kylian Mbappé yongereje amasezerano mu murwi wa Paris Saint Germain

Real Madrid irababazwa nuko Kylian Mbappé yongereje amasezerano mu murwi wa Paris Saint Germain

Amakuru, Ibigezweho, Imikino
Mugihe vyanurwanurwa ko ari hafi yo kwinjira mu murwi wa Real Madrid umwaka uheze, Kylian Mbappé yari yarahindutse. Uyu mukinyi Akomoka mu gihugu c Ubufaransa yemejwe na ekipe nkuru y’umurwa mukuru, yongereje amasezerano kugeza muri Ruheshi mu mwaka 2024, umwaka wiyongeyeko kumasezerano yarahari. Merengue ntiyari kwibagirwa rutahizamu wa Paris kandi ashobora gusubira kwongerwa muri iri ci. “Intambwe ikurikira? Gutsindira Shampiyona, Ndibaza. Narashoboye gukina finale, Demi finale , kimwe ca kane gishira icanyuma, n’izindi nkino… Narakoze vyose kiretse gutsinda ngereranya (gutwenga). Narabibuze,Ariko ndizera ko vuba bigiye gushika kandi bigashoboka. I Paris Saint Germain Ndi umunya Paris kandi nkurikije amasezerano. Mukinyamakuru ‘’Tout le sport’’ikiganiro cari cashoboye gukorana naw...