KigingiSummerComedy Ico giteramo kikaba gitegekanijwe kuzoba itariki 20 zukwezi kwa nyandagaro uyumwaka nyene.
Ico giteramo kikaba catumiwemwo abanyatugenene (aba comédien) batari bake aho twovuga nka @michel sengazi , Mutima comedian , Raoul Le...
Ico giteramo kikaba catumiwemwo abanyatugenene (aba comédien) batari bake aho twovuga nka @michel sengazi , Mutima comedian , Raoul Le...
INTATANA mu giteramo ALL IN ONE kizobera ARENA kuwa 5 igenekerezo rya 4 Myandagaro 2023 kuva igihe c isaha 1...
urwaruka rukwiye gu haguruka rugakora ku gira rwiteze imbere, Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w'igihugu, Jules NDAYIKEZA yafashe...
Imprimerie yakadasanzwe kandi ikora neza mugisagara ca BUJUMBURA ni SON LIGTH IMPRIMERIE. aho twagendeye imwe muri imprimerie nziza ariyo SON...
Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi hamwe nishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS) …..uko bukeye uko bwije haraboneka impinduka idasanzwe mubuhinga n’utugenegene mu...
Inyuma yo kubisabwa n'abantu benshi cane basanzwe bakoresha imbuga z'uruganda rwa META,ubu bakaba bahisemwo kwishura kucipfuzo bari barasabwe n'abanywanyi barwo...
Uko ibihe bigenda mu Burundi niko ibintu vyinshi bihinduka na cane cane mwiterambere rijanye n’ubuhinga bwanone bujanye nokumenyesha canke gutumatumanako...
Umuyobozi mushasha kuri Twitter. Nyene imbuga nkoranyabuhanga, Elon Musk, yahisemo uwuzomusubirira. Umugabo wumunyabikorwa wumuhanga, Ku wa gatanu, 12 Rusama, akaba...