Kubera iki umuririmvyi Mnif Jimbo yahisemwo gukoresha “Yobu” mu ndirimbo agiye gusohora?
Umuririmvyi Mnif Jimbo agiye gusohora indirimbo inyuma y’imisi 24 arekuwe avuye mw’ibohero. Igihe BBNEWS yavugana nawe kuri telephone kuri uyu...
Umuririmvyi Mnif Jimbo agiye gusohora indirimbo inyuma y’imisi 24 arekuwe avuye mw’ibohero. Igihe BBNEWS yavugana nawe kuri telephone kuri uyu...
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa 15/10/2024, Linda Bushasha, umuyobozi mukuru w’iradiyo Irebe FM ari nayo isanzwe itunganya ihiganwa “Irebe...
Abasuma bimonogoje mu ntara ya Bujumbura-Mairie, bize, baranonosora uburyo bushasha bwo kwiba bakoresheje amabahasha benshi bita enveloppe sac. Uti bigenda...
La Noblesse est une Villa dotée de 4 spacieuse chambres et 6 salle de bains. Chaque chambre dispose de sa...
Ukuri n’uko muri Somaliya imiliyoni z’abenegihugu bariko bashikirwa n’uku kuri umunsi k’umunsi. Kubw’imiryango myinshi, ubuzima bwo kuba muntambara z’urutavanako, ibitero...
Igitigiri c’abarundi kingana n’imiriyoni 2 bivurwa ko bagwaye malaria kuva muri uno mwaka wa 2024. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Pierre...
AJENITEKAS Company Isanzwe ihingura amazi ya TEFI nibindi bitandukanye Ikorera muntara ya CIBITOKE - RUGOMBO Ni mugihe IKINYAMAKURU BBNEWS (BROADCASTING...
Umusi mukuru w'abakozi wavuye hehe ? Uyu musi Uburundi bwahimbaje umusi mukuru w'abakozi, usanzwe uhimbazwa buri wa mbere rusama. Uwo...