
kuroba vyabujijwe Vyagateganyo Mukiyaga Tanganyika
Amasezerano yo kubuza kuroba mu kiyaga ca Tanganyika yatanguye gukurikizwa kuva kwi itariki ya 15 Rusama. Yafashwe n'ibihugu bine vyo ku nkombe: Zambiya, Tanzaniya, u Burundi na Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo. Ariko muri DRC, igihugu gifise 45% vyamazi yikiyaga Tanganyika, iri tegeko ryatumye habaho kutaryumva kumwe hagati y’impande zibiri. Uku ni ko bimeze mugisagara ca Kalemie, umurwa mukuru w'intara ya Tanganyika mu burasirazuba bw'igihugu, aho uburovyi ari co gikorwa kibateje imbere na cane cane mugisata c’ubutunzi.
Ibihugu vyose rero birasabwa gukurikiza iyo ngingo rikaba ryari ryasinywe ubwambere mu mwaka wa 2021 ibidukikije no kurinda abaja kuroba amafi akiri mato bigatuma haba ibura bikabuza nirwirirana ryazo .
Kurundi ruhande bakavuga ko bafise imisi 19 yukur...