July 27, 2024

Decembre ukwezi kwibiteramo Mu gihugu c’Uburundi

16

ukwezi kwi cumi nakabiri”Decembre” n’ukwezi kurimwo ibiteramo vyinshi mu Gihugu c’Uburundi aho usanga abanyamahanga batumirwa cane mubiteramo bikomakomeye,eka n’abaririmvyi benshi baraharonkera uturaka bigatuma benshi mubakora umuziki iyo hageze ukwezi kwa cumi nakabiri basohora indirimbo nyinshi kugira bashobore kuboneka bashirwe mubiteramo bizotegurwa.

ukwezi kwi cumi nakabiri”Decembre” n’ukwezi kurimwo ibiteramo vyinshi mu Gihugu c’Uburundi aho usanga abanyamahanga batumirwa cane mubiteramo bikomakomeye,eka n’abaririmvyi benshi baraharonkera uturaka bigatuma benshi mubakora umuziki iyo hageze ukwezi kwa cumi nakabiri basohora indirimbo nyinshi kugira bashobore kuboneka bashirwe mubiteramo bizotegurwa.

nubwo biruko hari nabandi bidoga kuko baba babona hatumirwa abanyamahanga bagahabwa uburyo bwinshi ariko bo bagahabwa amafaranga make.

hari n’ibindi biteramo bikorerwa hafi muntara zose zigize i gihugu aho usanga hari abatumiwe bahano nyene mugihugu bava muntara baja muyindi,n’abaririmvyi bataramenyekana gose bakaharonkera akanya ko kwimenyekanisha mukuja murivyo biteramo.

n’ukwezi usanga impande zose haba mu baririmbira Imana canke abaririmba ibisanzwe baba bameze magabo kugira ntiguhere badakoze ikintu narirya haba hari n’imisi mikuru ihereza umwaka.

nimba hari ahantu hoguhereza umwaka mukwiryohera mumpera z’umwaka ni mu Burundi.

16 ivyiyumviro on Decembre ukwezi kwibiteramo Mu gihugu c’Uburundi

    Nizigiye
    December 16, 2023

    Bavyita guheza umwaka neza twitambira

    2
    0
    Kercy
    December 16, 2023

    Show show🎉🔥🔥

    1
    0
    Francois
    December 16, 2023

    Ubundi Abarundi nabambere mu kwiryohera

    1
    0
    Bery
    December 16, 2023

    Inyuma ya dadju Jake Christopher 🥺❤️🔥🔥

    1
    0
    Santhia
    December 16, 2023

    Ikibazo Niki gitoro gusa😭

    0
    0
    Laurie
    December 16, 2023

    A December to remember Burundi there are vibes🔥🔥

    1
    0
    Claude
    December 16, 2023

    Ikiryoshe nuko natwe abahanzi bacu babatumira guteramisha abantu nubundi bihugu aha twovuga nka kigingi ,double Jay n kirikou

    2
    0
    Claude
    December 16, 2023

    So double Jay na kirikou gusa aha twovuga na B face ,Nabandi

    2
    0
    Philbert
    December 16, 2023

    Mu Burundi bisaba kwikuramwo ubwenge gusa sinon kuryoherwa n'amahera makee😂😂

    1
    0
    Ange briella
    December 16, 2023

    December nukwezi kwokuryoherwaa si ku barundi gusa🥳🥳🔥🔥

    1
    0

Siga Iciyumviro