America : Umuryango w’abarundi 6 baraye bapfiriye rimwe mw’isanganya ry’imodoka
Mu gihe bamwe bariko bahimbaza Noweri banezerewe, ku rundi ruhande hari umuryango w’umurundi wari usanzwe uba muri America mu gisagara ca Amarillo Texas, wari ugizwe n’abantu 6, bose baraye bapfiriye rimwe mw’isanganya ry’imodoka. Iyo modoka yagonganye n’ikimodoka kinini (Truck) ica itangura gusha iratokombera, nk’uko bivugwa n’ikinyamakuru abc7news.
Uwo muryango ugizwe na Jaredi Mpawingabire w’imyaka 31 hamwe na Mapendo Olga w’imyaka 28, bari kumwe n’abana babo : abakobwa 2 b’imyaka 6 uwundi 4 n’abahungu 2, umwe w’imyaka 5 uwundi 2. Bivugwa ko bariko barimuka, bava mu gisagara kimwe bimukira mu kindi, ariko mu nzira bakiriko baragenda niho bahura niryo sanganya riteye ubwoba.
Turahojeje umuryango wabuze!
Urupfu nicyo kintu kibi kiruta ibindi!
Ibaze nkubu bavuye muri Africa kugira barabeko Boba barabayeho none ndebera.
Urupfu nicyo kintu kibi kiruta ibindi!
Ibaze nkubu bavuye muri Africa kugira barabeko Boba barabayeho none ndebera.
Turahojeje umuryango wabuze Abamaze kuva mumubiri nabo Imana ibakire
Ariko mukama wikigongwe ibyo bintu kweli nibiki? Nimba arakaroge sigusa!
Ariko mukama wikigongwe ibyo bintu kweli nibiki? Nimba arakaroge sigusa!
Nibihangane nukuri
Birababaje ivyobintu kabisa
Imana ibakire neza
Nivyo namamvuga ubonye uramutse ukomeye uzashime imana
Turahojeje umuryango umuryango wabuze
Niwabona umaze umunsi ukomeye shima
Turihanganishije umuryango wabuze
Turihanganishije umuryango wabuze
Imana ibakire mubwami bwayo
Imana ibakire mubwami bwayo
Birababaje cane kabisa nyene bagaca bapfira rimwe
Basha ukibona ukomeye ufise abantu uzafungure kabisa
Bamwe twariko turyoherwa kumusi mukuru abandi bari mubibazo
Imana ibazigame disi
Imana yashimye kubahamagara
Umunsi wabo wariwageze
Ubonye ubyutse uri muzima ushime Imana ubonye ugiye ukasubira uri amahoro ushime Imana kuko hariho Ababa babyutse bakagenda ntibasubire.
Tirihanganishije Umuryango wabuze.
Imana yabashatse bose arumuryango wuzuye
Gusa nyene nukuvyakira uko vyabaye
Gusa jewe mbonye urupfu ruri hose.
Uwoshaka yokwama yitunganije kuko atawuzi umusi nisaha.
Imana niyo ikora ibikwiye
Gusa bipfiriye neza ntamuntu numwe basize mumarira
imana ibahe uburuhukiro bwiza
imana ifashe kwihangana umuryango wabuze
birababaje cane
bigoye kwakira pe
imana yisubije abayo
bisaba umutima wukwihangana nukuri
sinziko murabibona keshi mumpera zumwaka abantu barapfa cane nukuri
Simbeshere nukuri
nibeshi bariko barira murino misi pe
nukuri umenga niko vyanditse uko mbibona
umenga nokwiyugarana kugeza yaho iyomisi ihera pe
mbega wakwiyugarana bikagenda gt?
yopfirayo walahiii
inzara yomuhitana pe
atakubesha ubu muburundi nibake bomara iyinga biyugaranye ngo bikundeko bafungura vyoroshe
ubuzima bwarazinvye cane
ibara ryaraguye cane
ikibabaje nuko mbambona nokuva muri bino bintu bizogora
none raba nabaja hanze kugira baze bubake igihugu shetani iguma itwivangira
nukuri nkaho usanga umuryango warariye namatongo kugira bagendeyo ugaca uraba ibibaye
ico nico twita ibanga ryimana
twiha vyishi kandi imana nayo iba ifita uko yaduteguriye
iyiriko ukora ibintu menyako imana nayo ifita uko iriko itegura ivyawe
nukuri icanyegejwe numusi wacu wanyuma
Gusa twitegeko uyumuryango nomwijuru bazakomeza kubana uku nyene
imana ibabe hafi nukuri
inkuru yumubabaro nukuri
Gusa nibazako leta izogira icikoze kuri kino kintu nukuri
Nyakubahwa narabe ico yofasha uyumuryango nukuri
Nukuri uwumuryango nuwo kugarukirako cane
ndizerako nyakubahwa nawenyene ayamakuru ayafise
Aha nuburundi bwose bubuze
Uwutovyumva nukuri ntamutima wikigongwe yoba afise
bibaho ntituvyumve kumwe
none yaragiye muri mission iyahe yigihugu?
Uburero abazokwitaba imana bose bari mumahanga leta izoca ibafasha?
ariko basha aba nabo numuryango wose ntibisa naho haba habavuyemwo umwe.
Nibabe batandukanya ibintu nukuri
nkubu sinziko vyokworoha ko bafobanwa iteka leta idashizemwo ukuboko
Nukuri imana yobakoreramwo bakabafasha ukuntu abavyeyi babo bobahambana iteka.
imana ibakire mubwami bwayo pee
urwo rupfu rubabaje vraiment
biragoye kwakira gusa ntakundi
bagire uburuhukiro bwiza pee
Birababaje nukuri ntakibabaje nkico Imana ibakire mubwami bwayo
turabuze nukuri
Mana yanje kuberiki twebwe?
Oya nukuri ntabwo aritwebwe gusa nabonye iyindi nkuru yumubabaro abantu bishwe nindege
uwumwaka uheze nabi mumiryango myishi nukuri
burumyaka yose niko bigenda
Namwe mugende buhoro kuko mbona umenga nibihano twafatiwe
Ese koko ababantu bazoronka uburyo bwokuja gufobana iteka ababo?.
nukuri leta igire icikoze
leta idashizemwo ukuboko aba benewacu ntibazofobwana iteka
Vyari vyiza iyaba boje guhambwa iwabo muburundi
nukuri bitagenze nkuko bizoba bibabaje cane
Aha umuvyeyi adashinguye uwiwe kiba ikiguma gikomeye cane
Ahubwo botanga uburyo twoshobora kubafasha natwe
Natwe nuguterera kugira bazohambanwe iteka
bazane uburyo bwobikora tubafashe
turahojeje ababuye bose kweri