Burundi : Ikiro c’ibigori cashizwe kugiciro ca 2.100 Fbu
Mw’itangazo rijanye no kugurisha umwimbu w’ibigori uri mu kigo ANAGESSA, kuva aho Reta y'Uburundi ihimiririje abenegihugu mu kugwiza umwimbu ,...
Mw’itangazo rijanye no kugurisha umwimbu w’ibigori uri mu kigo ANAGESSA, kuva aho Reta y'Uburundi ihimiririje abenegihugu mu kugwiza umwimbu ,...
Mu ntara ya Bujumbura, Komine Mutimbuzi, ubunywero 27 bwo mu mazone 3 ari yo Gatumba, Rubirizi na Maramvya, nibwo bwugawe...
Mu ntara ya Rumonge, nk’igihe c’isaha 1 y’ijoro, neza na neza mu gice c’uruzi Dama, haraherutse gufatwa abagabo 2. Abo...
Mu Rumonge, muri uku kwezi kwa Kigarama 2024, baba abihereza agafanta canke ibinyobwa birimwo umwambiro, bamenyeshako ubu abafise ububare batari...
Igikoresho Snapshot, ni gikoresho gikoreshwa mu gupima no kuraba ingene ibiharuro (les statistiques) bitangwa haba mu Burundi no mu bindi...
Gushika ku muhingamo w’uyu wa 19/11/2024, kuronka ibinyobwa vya Brarudi cane cane Primus na Amstel ni akayoberabahinga. Ikena ry’ivyo binyobwa...
Haraheze igihe kitari gito, kuronka indimu bisa n’umuzi w’ibuye. Muri uku kwezi kwa Munyonyo ho vyageze ku rugero bitigeze gushikako....
Kuri uyu wa 30/10/2024, Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji w’ubudandaji mu Burundi na Kongo Julien Paluku, umushikiranganji w’ubudandaji muri Congo, batanguje...
La Noblesse est une Villa dotée de 4 spacieuse chambres et 6 salle de bains. Chaque chambre dispose de sa...
Ikigo PVDB n'iki? Gikor'iki? Gikorera hehe? Citeze kuzan'impinduka mu biki? Ubworozi bw'inkoko, ingurube ndetse n'inkwavu ni bimwe mu bitungwa ico...