Ibigezweho
Wari ubizi ko amatora yageze
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.
Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla : “Sinabaye uwa mbere, mugabo muri jewe naratsinze”
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi...
Ni iyihe mvo nyamukuru yo guhagarika vy’imfatakibanza ihiganwa “Irebe Best Influencer Award”?
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa 15/10/2024, Linda Bushasha, umuyobozi mukuru w’iradiyo Irebe FM ari nayo isanzwe itunganya ihiganwa “Irebe...
Ubusuma bushasha bwadutse i Bujumbura
Abasuma bimonogoje mu ntara ya Bujumbura-Mairie, bize, baranonosora uburyo bushasha bwo kwiba bakoresheje amabahasha benshi bita enveloppe sac. Uti bigenda...
“La NOBLESSE” c’est les USA au Burundi
La Noblesse est une Villa dotée de 4 spacieuse chambres et 6 salle de bains. Chaque chambre dispose de sa...
Inkebuzo ku bantu basuka Imicafu mu nzuzi no mu biyaga
Abantu basuka imicafu mu nzuzi no mu biyaga ndetse n'abafise imiringoti isesayo imicafu bikubite agashi bahagarike ivyo bikorwa kuko vuba...
IBINTU BIKOMEZA KOMERA NABI MURI KENYA KU RWARUKA RWA KENYA
KENYA ibintu ntibiri kumera neza kandi imyigaragavyo ikomeza gukomera cane ku rwaruka rwa KENYA ntiruriko rusha gutuza kubiriko biraba bimazi...
URUGANDA AJENITEKAS MU BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO
URUGANDA AJENITEKAS Ruhingura Ibijanye n'AMAZI TEFI hamwe n'ingaburo zitandukanye NKUBUYI (UMUSURURU),IFU,IKINYOBWA TANGAWIZI,Eka n'ibindi vyishi muntumbero yogukwiragiza ingaburo nziza mu BARUNDI...
Aba Islam 1301 nibo bapfuye mu rugendo rwo gusenga i Maka
Aba Islam 1301 nibo bapfuye mu rugendo rwo gusenga i Maka Igihugu ca Arabie Saoudite caraye gitangaje ko hapfuye aba...