July 27, 2024

BRUCE MELODY yakoze igiteramo mubuhinga burenze I Burundi muri PRIMUSIC 2023 i Gitega

2

umuririmvyi aturuka mugihugu c’Urwanda Bruce Melody yakoze igiteramo Gikomeye cane muri Primusic aho biboneka ko yari yaciteguriye kuko yashoboye kuririmba urutonde rwindirimbo hafi nka zose muri Live Music kandi ukumva ko mwijwi atacahindutse.

yaragerageje kuryohera abakunzi biwe bari Iburundi eka benshi bararyoherwa barashima ,bavuga ko Mu Rwanda bafise umuririmvyi akomeye kuko ino twari tubimenyereye kuri ba Kidumu Na Vichou Love.ariko yarashoboye gushimisha abantu atari bake biraryoha,nubwo Igiteramo cabaye nkigiteba abatejejwe umutekano bagasaba ko bohagarika ,ariko kuruhande rwa BRUCE MELODY yasa nuwari yahejeje kuririmba.

Igiteramo Cagiye kurangira Isaha 6 zijoro zirenga abantu bakiri benshi baryohewe

2 ivyiyumviro on BRUCE MELODY yakoze igiteramo mubuhinga burenze I Burundi muri PRIMUSIC 2023 i Gitega

    Nzungu
    July 31, 2023

    Yaturyohereje kabisa
    Vyarumuriro
    Burarudi yibahwe babikoze neza

    0
    0
    Job
    July 31, 2023

    Munyakazi akaba inoti arayitahanye

    0
    0

Siga Iciyumviro