Uganda Airlines yabaye umwunganizi yemewe w’igiteramo “Ntwenza Nanje” ca Kigingi
Ikompanyi y’indege Uganda Airlines yaraye ibaye umwunganizi yemewe (Sponsor Officiel) w’igiteramo “Ntwenza Nanje” c’umwe mu bakora umwuga wo gutwenza mu Burundi, Kigingi. Ico giteramo kizobera mw’ihoteri Royal Palace ku wa 20/12/2024. Iyo kompanyi yahaye itike y’indege yo kuza no gusubira inyuma umuhinga mu gutwenza ava muri Congo, Herman Amisssi.
Ico giteramo kandi kizoba kirimwo abandi bahinga mu gutwenza nka Michael Sengazi, Kimenyi Herve, Patrick Rusine na Babu. Iruhande yabo hazoba hari n’abandi nka Kuba Kuba, Kim Kiwis Comedian. Kwinjira bikazoba biri ku mafaranga angana na 200.000 Fbu canke imeza y’abantu 5 ku mafaranga angana 1.000.000 Fbu
Uwo muhinga mu gutwenza, akaba yarashimiye cane iyo kompanyi Uganda Airlines kuri iyo ntererano. Mwomenya kandi ko Uganda Airlines iguruka kuva ku ncuro 4 na 6, yerekeza Bujumbura-Entebbe, hamwe na Dubai n’ahandi.
Ubundi Kigingi ivyarimwo arabizi ntanzara yamujanye mumwuga azi ivyarimwo . Nanje nkwipfurije benshi wiyegeranirize caki bounene caw kigume citagatira. Félicitation
kigingi ageze kurundi rwego kabisa
asha iyo yoyo izoba iryoshe kabisa
Ariko ayo mahera ni menshi kabisa sintahura ahantu azova
uwo mugabo ageze kure kabisa
Amashi meshi kuri kigingi
Nizindi kompanyi zindege zirakwiye kwigira akarorero kuri Uganda Airlines
Kigingi aratwenza vyukuri ntamuntu atoreka kumushigikira
uyu mugabo ari mubaserukira abandi mu mwuga wo gutwenza
iyaba mfise amahera nanje nojayo
Mbe abo bose mbona kwiyo liste bose nabarundi?
umugabane wabera awufise muminwe uwo mugabo
Kigingi arafise impano pe kuko abagiye muri Kigingi Summer Comedy mwaravyiboneye
uburundi hejuru cane
nizerako leta ibona iyo igisata cimyidagaduro kiriko kiragera
bashire imitahe kubana bigihugu dukoze kugitera iteka
Iyo Hotel mbega iri amaja hehe?
ndakeza buri wese ariko arakora uko ashoboye ngo twubahwe mumakungu
kandi nibeshi babizi nibabahe akanya ibindi muzombwira
kuki leta idategura amahiganwa yokugwego Gwigihugu kuvyerekeye gutwenza abantu?
ngira ntibaratahura ko impano zitunga abantu
asha kigingi ageze kurundi rwego cane kabisa
uwo mugabo numuhanga pee
Amahera ni meza bantu nukuri kuko uwutazojayo azoba ahomvye nukuri
kigingi arakaze kweri
gusa ayo mahera ni menshi cane
asha uyo mugabo kweri ari kurundi rwego
gusa nyamba bizojamwo aba boss gusa kweri
jewe nama nibaza impamvu nanj bikansiga kuko nipmano muzindi kand zikomeye
asha nabandi barakwiye kurabira akatorero kuri kigingi
ivyo bintu nisawa cane kabisa
kigingi ari muvyunguka kabisa
harakwiye ayandi mashirahamwe yo muburundi yoza gukora nkivyo kweri
kigingi hejuru cane
uwo mugabo nyamba akoresha ama shetani
aho uzotangara haje abantu benshi kabisa kandi amahera ari umurengera
ntawuvuka rimwe ngo yuzure ingovyi
gusa ayandi mashirahamwe yacu yo muburundi arakwiye gukora ivyo bintu kabisa
comedy igeze kurundi rwego kabisa
uti rero niho tukivuka muri comedie?
kuberiki batagira nak kurya kwo muri kigingi summer
uwo mugabo respect kabisa
keza umunyakazi wacu kigingi
asha ivyo bintu nisawa kabisa
turakwiye kuja gushigikira umurundi wacu
ubundi ukuri kuraboneka uyumugabo ararenze
kigingi courage kabisa
uwo mugabo nisawa nani
uwo mugabo azonabica ahubwo
kigingi arazi kwidandaza kabisa
abandi ba star muhakure icirwa kabisa
kigingi arakaze kabisa
asha ndabona ibintu bihaye biramera neza muba artiste kabisa
aba star babarundi batanguye gutera imbere kabisa
asha ndabona igiteramo kizoba kiryoshe cane pee
uwo mugabo ari kukazi kabisa
kigingi courage kabisa
iyo izoba iryoshe kurusha kigingi summer comedy kweri
ubu isi yose irazi uwomugabo si iburaya gusa.
ntagiteramo kizoza kirusha kuryoha kigingi summer comedy kweri
asha nimba ari gutwenza arabishoboye kabisa
turafise impano muburundi twishime 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
asha kigingi nisawa kabisa
kigingi courage kabisa
uwo mugabo nishetani ahubwo
umuti wumujinya ni kigingi muburundi
turamwemera cane
ndarahiye nta kirori nakimwe ciwe ntojamwo kuko arabizi cane
uwogabo akorana ukwiyubaha mubintu vyiwe
muri make arazi ivyakora
ntabushira soni akina nagato nico ndamukundira
akundwa nabose kuvyukuri ugiye nokuraba ibiteramo vyiwe usangamwo abantu bakuze
Kigingi numunyamateka aramaze gukora vyinsh cane nanje ndikumwe nawee kbs hama nshimira bbenws ikinyamakuru cacu twemera cane
nuwokwanka urukwavu ntiyovugakpo rutanyaruka
gusa ndashaka kubona bafatanye munda nabandi
ndashaka kubona gasore nawe yagiye iburaya nka kigingi
Abagabo ntibaronkera rimwe
baba basemana pe rero nabo bazoshikigwa
Dufise beshi beza knd babizi suyo gusa rero na mutima arakenewe iburaya
Nibake batatahura ko umwuga wogutwenza abantu none harabirigwa munda yindege kubera uwo mwuga
Igisata cimyidagaduro kigezweho muburundi haboneke sponsor ndaziko na tanzania twoyishira hasi
ivyo nindoto kuko bobo bageze kure unabiravye neza leta yarabashigikiye cane
Erega umwiza uva ibukuru ugakwira hose.
ibindi bihugu birategura amahiganwa ugasanga uwuritwaye bitumye atangura ubuzima ariko muburundi bigwanako mbere bakanatera imbere cane .tutabashiriyemwo inzigo barakwiye gushikigigwa bikomeye
none haburiki canke ntashuirahamwe rijejwe ivyobintu vyi myidagaduro rihari?
kuki hoho leta itaronsa droit de terre abo banyabugenegene?
Je nkunda ukuntu atuje utuntu twiwe atujanamwo ubwenge bwinshi congratulation
Sh jew nnj aho ndumv ngiye gucika kbx
Ewn ntikubikor mpak kweri
Nikuki kl itabuduha iyo droit de la terre
ico badatahura tuhomba amahera meshi yagaciro aja mubindi bihugu vyatahuye ivyo barimwo
bazokwibuka kubogora bamaze gusesa meshi
gusa sinibazako bigoye kuronka ntibarabishaka gusa
Ngira ntibaratahura akamaro kumuziki canke comedie
ni hatali baradutana urugamba cane
gusa urukundo abarundi mukunda igihugu nigwishi cane
nivyo nukuri kuko barakora cane nubwo batabafasha
birabahemba gusa sinkaho leta yobishiramwo inguvu
Isi niyakwosa uranyarutsa kuko nsinyoko . Bakorereko umwanya ukibasha niwamara guhongoka ntuzoba ukibatwenza
Wonsigurira gute ukuntu usanga umuntu akina comedie mubindi bihugu ugasanga yarateye imbere cane mugabo twebwe bikanka ngaha iwacu?
bukebuke bishikana umusiba kumugezi
iki kinyamakuru cubahwe kituzanira inkuru kumwanya
Ndizerako inzira zacitse ubu mugomba mutahure icobita uburundi
ubu ivyari magera vyarageruye kuba nyamwuga bacu iburaya ni muhira
comedie na music vyafashe neza kubera ubu beshi usanga nubuzima bumez neza
bose barifite imiduga nkibaza rero iyaba leta ibashigikira biba bimeze gt?
boshiramwo imitahe vyoba bitesa cane
turashimiye bimwe bikomeye abatanze ubufasha
turi kure cane mumisi mike cane kandi nubu aho turi sihabi cane
Iyo ndege ibintu ikoze biranezereje cane nanje ntayindi nzoza ndurira
Kigingi ntazogenda atabaye umutunzi asigaye aronka deal zikaze
none ayomahera bazoyariha kwarimenshi
namateka ageretse kuyandi kigingi aguma yandikisha
none ayomafaranga kwari menshi bazoriha
Izonoti nihatali abana bubatse izina barya ayafadika ndakurahiye
none izindi compamyi ziri mubiki
Courage Kigingi ndakwemera uzi ivyo urimwo kabisa
kigingi numugabo kabisa
ayomahera jewe ntayonoriha kabisa
kigingi hejuru kabisa
kigingi asigaye ari kurundi rwego nukuri
uwo mugabo nyamba akoresha imiti ahubwo
Harabatamba abandi kumuvyimba kweli ngo 1 million kugiteramo atanumusi uhera icoyampa nomenya ico ndayakoza kandi congirira akamaro . Mwarahezagiwe
Iyo company yindege nizera ko bafise target bivanye nico ciyumviro bagize
uwomuntu yateguye icogiteramo numutunzi
asha show ya kigingi izoba iryoshe kabisa
Uyumuntu ntiyabijanywemwo ninzara courage mutama
uwo mugabo n’umuhinga kabisa
ntwenza nanje sha KIGINGI
burya ivyo kugingi arimwo arabizi kwatanzara afise
noe kigingi ko atatubwira ibanga akoresha
Nivyiza cane gushigikira abutugenegene muvyo gutwenza Uganda Airlines jewe ndayemeye cane
uwo mugabo nyamba afise umurozi kabisa
kigingi numumesha sindababeshe
Sha ntabirenze mubu comédien ahubwo arihanyuma yabandi icakoze ama famille agerageza kumupushinga gusa nayo mubijanye nubu comédien harababishoboy .
Mbe ko Mutima le comedien ntamubonamwo kandi nawe abikora neza cane?
uwo mugabo numuhanga cane
Uwukwanka akwandureko uzi ivyurimwo .
noe kuberiki batagize simple bagize VIP gusaa
Jewe hari ikintu nguma nibaza iyo hageze ibihe nkivyo mbega bacagura aba comedien barabiye kuki?
ico giteramo nicambere basi
Airlines ikoze ibikora inka
amahirwe kuri kigingi azohaturira
N’abandi nibashigikire abarise impano zabo
Ivyo bintu Nukuvyitondera cane ubwo iyo company yindege siyo yoba yatumye ama ticket yukwinjira izimba?
Nukuri nahabwe ikuzo Kigingi Kukuntu abera akarorero abandi bari mu Mwuga wo Gutwenza nabo babonereho Akarorero.
vyasaba nzohashike kwirabira ibirori
Ndamuteye intege akomeze adutwenze n’imbavu zishake ziveyo
Akokanoti kweli wubahwe mutama waramaze kwubaka izina mubantu benshi none birire .
noe kuberiki batagize simple bagize VIP gusaa
none burya hariho abazojayo kobarihishije amahera menshi
Kigingi uwusanzwe akora umwuga wogutwenza, abikora neza nyene nk’akazi
iki kinyamakuru BBNEWS kirakaze kijana nabishasha kabisa amakuru mashasha iba yadushikirije
Mbega abo bazoba barishe 1 millions bazobaha ivyo barya?
Mbega bazokesha ?
ubu kigingi ndabona ageze kurwego mpuzamakungu
Mbe none Ko mu Burundi ntarabona Burundi Airlines kugira nayo ishigikire abafise impano?
ubugenegene busigaye butunze abantu
Jewe nanje iyo ndege umus umwe nzoyigiramwo
iyo companye iri nuburyo bukwiye
Kigingi arazi ivyo arimwo kandi aranabizirikana,Imana ihezagire ibikorwa vyintoki ziwe ashishikare kubera abandi icitegererezo.
Ayandi mashirahamwe nayo akwiye kuza ashigikira abantu bafise impano zitandukanye
Kigingi ndamuzi kuva akiri umwana yari akerebutse vyaraboneka ko azogera kure
kigingi arashoboye mwabantu ninde abiharira
Mbega abandi ba comedien bazogera kurwego rwa Kigingi ryari?
abandi bakora akazi nkako ka kigingi ntimucike intege nimukore namwe murabeko mwogera kurwego nkurwo agezeko
Abarundi erega natwe turashoboye vyukuri bari bakwiye kudushigikira cane
Ibibazo ndazi ntibizobura kuko kenshi muma event nkayo bisaba kwiyubara no kubitegura neza
Nabandi ba Comédiens barabireho akarorero nabo bakore ivyunguka kurushirizaho banamenyekanishe UBURUNDI mu Makungu.
Iryo shiramwe ntawobura kutarikeza kweli
ariko abera akarorero abandi
Muze murakomeza kuduha amakuru atariho ivumbi
asha kigingi numuhinga kabisa
Mahoro, Jewe ndumva ayo mahera avuye muri Uganda Airlines batari kwemera kuyatora kuko Naha iwacu hariho ayandi mashirahamwe yari kubafasha
Uganda Airlines yubahwe kubwico gikorwa citerambere yagize ariko kandi biyumvirire no kubandi ba Comédiens bafise imbono kandi abanyamwete bari inyuma.
Muze murakomeza kuduha amakuru atariho ivumbi
kigingi arazi akazi ko kwidandaza cane kweri
Iki giteramo ntawogisibamwo naho akanoti kari hejuru
Nanje ndifuza kugera kuri urwo rwego Kigingi agezeko
dukeneye bazotugirire na ntwenza nanje atari vip kabisa
Abandi bari inyuma bomwegera Mr Kigingi bakamukurako ubwenge bwo gukora ibikorwa vyiterambere baze bagere no muri Montreux bajanyeyo idarapo ry’Igihugu.
Ntibizoba vyoroshe kuka nab’abatumire nabo ntiboroshe
kuki abandi ba star batofatira akarorero kuri mukuru wabo kigingi
uganda yubahwe kuko irakoze ikintu ciza gutera agateka kigingi
Aho ndazi kigingi Azokwunguka nkimiliyoni 50 Ndabona ageze kurundi Rwego
kigingi numugabo cane pee
je vyasaba nzonafate intebe yimbere ngiye gushigikira kigingi
iyo izorusha na kigingi summer comedy kabisa
Kigingi kozigenza mugutwenza
Uwo muhungu Kuba Kuba Ararenze Mu Gutwenza niwe azotuma ngenda
birumvikana ko harimwo imitahe myinshi mwico kirori
Uganda Airlines izohora ibikora buri mwaka canke niririmwe ntibazongera?
Nivyiza gushigiikira impano nkizo nikintu cingenzi cane
kuberiki atatumiye abandi ba comédien bo muburundi
Kigingi nkulwe mubakora ulwuga wo gutwenza ariko agenda agera ku ntambwe nziza
kigingi arashoboye nibavyemere
ashareka turindire turabe yuko ivyo bintu bizoba biryoshe kabisa
Uwo Mu Type bahaye i ticket yindege azova muri Congo Aza Mu Burundi ndumva yaronse Chance kabisa
asha ntashirahamwe ryo muburundi ryotegura ibirori nkivyo kizimvye
muburundi kweri niho ncumvako tukiri hasi ntituratera intambwe
kigingi azonabica ahubwo
Impano yo gutwenza ni nziza kuko ituma abantu babakurikirana babaho bishimye kandi imyaka yabo yokubaho ikiyongera
Gukora nivyo bizodushikana kwiterambere nugukora cane kandi tugashigikirana kuko Kigingi yotubera akorero keza
none kigingi nimpano yiwe gusa canke harimwo nimiti akoresha
asha harakwiye kuza ayandi mashirahamwe agashigikira agafasha aba star bo muburundi kweri
kigingi afise impano idasanzwe kabisa
aho ndazi ntabantu cumi bazojayo kuko iyonoti ninyinshi
Muvyo Dukora vyose dukwiye kwibuka kuja Mwiyo Gala comedy Kandi ndashimye cane kubona BBNEWS yadushikirije iyo nkuru
Iyaba bizimbutse Nanje nari kujayo
kuki amashirahamwe ateye imbere yo mu burundi adafata mumugongo abafise impano mu burundi
Jewe sinshobora gusiba naho horwa imvura ingana gute
noe abazoriha VIP bazoronka bimwe naba simple ??
izo tariki vyasabwako nzoba namaze kwishikira uganda
Mbe barazanye groupe ko amatara amaze imisi akunda gucika?
nubundi ntakuntu woreka gushimira uwakugiriye neza
iyo compagne respect ahubwo
😂 Biratwegenje Cane jewe kigingi Comedy
kigingi ahubwo azonabica ni toto moya
asha nibaze yuko abazoriha VIP bazoba bafise abantu babagirira massage
kigingi azama abaserukira mukuja gutwenza abantu kuko arashoboye
uganda ntaho bizopfa bihuriye nuburundi
Biranezereje cane Kubona bamushigikiye Kigingi Arafise impano Peeeee 👋
Ndizera ko bizogenda neza Hamwe umutekane bowucunga neza
Ndashimiye cane abateguye iyo event Kuko Nigutera iteka Igihugu
Turakeneye kwama tubona Event nkizo kenshi mu Gihugu kuko biratera iteka
ibindi bihugu birategura ibirori
Ndabaramukije Mwese Nizera Ko nabandi bobirabirako akarorero kuko nanje ndafise umu comedien ndiko ndashigikira Kandi nizera ko nawe azogera Kurwego rushimishe
muburundi turakenye ntabiteramo botegura nkivyo
Abantu bazoriha 2 millions Bicunge neza ayo mahera si make
nukugaragaza impano umuntu wese aziko ayifise yogutwenza
Jewe ndizera Ko bizogenda neza
hazoba hari umunezero udasanzwe
none barafise amatara akwiye kuko aya REGIDESO ntibayizere kabisa
Umusaza arimukazi kweli
Abantu bose bipfuza gutwenga nukwigira mwico giteramo
harakuganywa amahera kuko nabantu tudashikana ubwo buryo turakeneye kuhishikira kabisa
Amateka aguma yandikwa nabarundi bagenzi bacu ndishimiye cane iyo ntabwe yabo
harakwiye gutumwako BBNEWS ikazofata amasanamu ikatubwira uko vyari bimeze
Abo bahungu bari kwiyo Affiche bose barafise impano
Umwubahwa atavugwa mwizina agafaranga gatahe iwawe mutama ntanzigo
Nukuri bazotumeko BBNEWS itugirire live abantu tutazohashika kabisa
Bazokwihereze amazi ya TEFI WATER kugira bagumane akanyamuneza igiteramo cose
Amahera nibisanzwe Jewe ayo nzoyariha ariko sinosiba kabisa
birakwiye yuko botumira ibinyamakuru bigira live kugira abantu turi hanze tuzobikurikiranire hagufi
turakwiye kwitabira ico giteramo turi benshi kugira dushigikire umurundi wacu
Ntwenza ngutwenze na Kigingi
Nabandi bazoshikirwa ko abakuriye Uwo Mwuga wo Gutwenza batanguye gukora ivyakarorero nabandi bagitangura bazohigira.
Arakeneye support Kigingi vraiment mumpande zose kugira ngo projet yise Ntwenza Nanje igere kure hashoboka.