Azerbaijan : Abantu barenga 30 baraye bahitanywe n’isanganya ry’indege
Indege yo mu gihugu ca Azerbaijan nomero J2-8243 , yari igiye i Grozny mu Burusiya yagize isanganya hapfa abantu barenga...
Indege yo mu gihugu ca Azerbaijan nomero J2-8243 , yari igiye i Grozny mu Burusiya yagize isanganya hapfa abantu barenga...
Mu gihe bamwe bariko bahimbaza Noweri banezerewe, ku rundi ruhande hari umuryango w’umurundi wari usanzwe uba muri America mu gisagara...
Reta y'Uburundi iheruka kwemeza amasezerano ajanye no kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa Cassitérite, Colombo-Tantalite n'uburundi buri mu karere ka...
AJENITEKAS and Tefi Water wishing you a Merry Christmas and a prosperous New Year !!!
Broadcasting Business News (BBNEWS) wishing you a Merry Christmas!
Kuva ubu umwigeme azotahukana ihiganwa rya Miss Burundi, azoronswa imiriyoni 25 Fbu, imodokari ikoresha umuyagankuba, urugendo shure mu bihugu vyo...
Ku muhingamo wo kuri uyu wa 23/12/2024, hari umushoferi asanzwe anyonga imodoka yo mu bwoko Otraco, yagiye gupakirira abantu mu...
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 22/12/2024, abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari, iyo modoka ikaba yariko izanana mw'ibarabara rikuru no...
Kuva aho ishirahamwe Ingo Magazine ritsindiye isoko ryo gutegura bushasha ihiganwa Miss Burundi, ryamaze gushira ahabona ikirango (logo) gishasha kigiye...
Umuhari wa M23 waraye utangaje ko utazitabira ibiganiro bihuza ubutegetsi bwa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (DRC) n’imihari yitwaje ibirwanisho,...