Burundi : Indimu, icamwa kigoye cane kuboneka kino gihe
Haraheze igihe kitari gito, kuronka indimu bisa n’umuzi w’ibuye. Muri uku kwezi kwa Munyonyo ho vyageze ku rugero bitigeze gushikako....
Haraheze igihe kitari gito, kuronka indimu bisa n’umuzi w’ibuye. Muri uku kwezi kwa Munyonyo ho vyageze ku rugero bitigeze gushikako....
Muri Komine n’intara ya Bururi, hari umuntu yafashwe n’igipolisi ku mutaga wo kuri uyu wa 18/11/2024 yivye ipikipiki. Ivyo bikaba...
Ikigo kijejwe ivy’igitoro mu Burundi, SOPEBU, camenyesheje ko hamaze kuboneka akanenge kajanye no kwandikisha imparati z’ama moto, aho usanga asangiye...
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi...
Mu kiganiro BBNEWS yakoranye n’umukozi w’Imana, Apôtre Isidore Mbayahaga, yavuze ko gituma ingo nyinshi za kino gihe zisigaye zisambuka mu...
Kuri uyu wa 14/11/2024, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yarekuye ku ncuro igira kabiri abanyororo barenga 5.442 bakoze ivyaha bitobito...
Mu Burundi, hatunganijwe indwi yahariwe ubukerarugendo (Burundi Tourism Week) ku ncuro ya mbere. Iyo ndwi ikaba yatunganijwe n’ishirahamwe Visit Burundi...
Guha amahera abasore bakwije imyaka yo kurongora, gutangira inkwano abasore batishoboye bashaka kwubaka izabo no guha arya amahera yo ku...
Mw’itangazo ryo kuri uyu wa 11/11/2024, ubushikiranganji bw’indero bwaramenyesheje amanota yafatiweko ku banyeshure bazokora ibibazo vyo mu mashure y'akarorero muri...
Haraheze igihe kitari gito hibonekeza ikena ry’inoti z’ijana, ico kibazo kiramaze gucanishamwo abatari bake mu badandaza n’abaguzi cane cane mu...