Rumonge: Abakozi ba Reta bahamagarirwa kwitaho uburimyi
Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahamagariye abakozi ba Reta kwitaho uburimyi. Ivyo yabishikirije mu...
Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahamagariye abakozi ba Reta kwitaho uburimyi. Ivyo yabishikirije mu...
Kuri uyu wa 27/11/2024, Ndihokubwayo Jimmy, umukuru w’ishami ry’abanyeshure b’abarundi bo muri YALI Alumni, yari yitavye inama y’ikigo c’uburongozi bwa...
Mu banyororo 5.442 bahawe ikigongwe n'umukuru w'igihugu hamaze kurekurwa 1.956 ni ukuvuga ibice 35.9%. Ivyo biri uko kandi mu gihe...
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ntako atariko aragira mu gukebura abarundi ngo baze barabe neza mu gutora indongozi zabo mu...
Ishirahamwe rijejwe gutanga umuyagankuba, Regideso, ribicishije ku rubuga X, ryazindutse rihakana ivyaraye bishikirijwe na Joël Nkurabagaya, umuyobozi w’ikibuga c’indege mpuzamakungu...
Haraheze igihe kitari gito, kuronka indimu bisa n’umuzi w’ibuye. Muri uku kwezi kwa Munyonyo ho vyageze ku rugero bitigeze gushikako....
Muri Komine n’intara ya Bururi, hari umuntu yafashwe n’igipolisi ku mutaga wo kuri uyu wa 18/11/2024 yivye ipikipiki. Ivyo bikaba...
Ikigo kijejwe ivy’igitoro mu Burundi, SOPEBU, camenyesheje ko hamaze kuboneka akanenge kajanye no kwandikisha imparati z’ama moto, aho usanga asangiye...
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi...