Mu myaka 4 iheze, Vladimir Putin ntiyigeze aganira na rimwe na Donald Trump
Umukuru w’igihugu c’Uburusiya, Vladimir Putin yavuze ko atigeze aganira na Donald Trump aherutse gutorwa ngo yongere gutwara Reta Zunze Ubumwe...
Umukuru w’igihugu c’Uburusiya, Vladimir Putin yavuze ko atigeze aganira na Donald Trump aherutse gutorwa ngo yongere gutwara Reta Zunze Ubumwe...
Umuririmvyi Nzeyimana Thomas, benshi bazi nka “Mkombozi” agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20/12/2024 niho...
Mu gisagara ca Bujumbura, niho hazobera amasengesho arangiza umwaka yo gushimira Imana yateguwe y’umuryango w’umukuru w’igihugu ategekanijwe kuva ku wa...
Amafaranga arenga gato imiriyaridi 4.211 niyo bitegekanijwe ko azinjira mu kigega ca Reta, mu gihe ayarenga imiriyaridi 4.711 ariyo ategekanywa...
Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo gutwata abantu n’ibintu, Marie Chantal Nijimbere, yavuze ko gushika ubu Reta y'Uburundi imaze gufata ingingo...
Mw’itangazo rijanye no kugurisha umwimbu w’ibigori uri mu kigo ANAGESSA, kuva aho Reta y'Uburundi ihimiririje abenegihugu mu kugwiza umwimbu ,...
Abantu baba mw’izinga rya Mayotte barahuye n’ikiza c’igihuhusi kidasanzwe citwa “Chido”. Ico gihuhusi Chido ngo cari gifise umuvuduko w’ibirometero 200...
Mu ntara ya Bujumbura, Komine Mutimbuzi, ubunywero 27 bwo mu mazone 3 ari yo Gatumba, Rubirizi na Maramvya, nibwo bwugawe...
Mu ntara ya Cibitoke, birabujijwe kwanda ibigori bitoto bitetse canke vyokeje ku mabarabara no mu masoko, kugurira umwimbu w’ibigori mu...
Kuri uyu wa 14/12/2024, umukenyererarugamba Sylvie Nizigama asanzwe arongoye abakenyererarugamba mu ntara yagutse ya Bujumbura, yaragendeye abakenyererarugamba bo muri Komine...