April 19, 2024

‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

2

Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa  ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na Inter de Milan muri Championsleague.

Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa  ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na Inter de Milan muri Championsleague.

Kubwa Pep Guardiola ,umumenyereza wa Citizens mubibazo yabajijwe n’abamenyeshamakuru  akaba yashoboye kwishura avuga  ko guhurira murukino rwanyuma na ekipe iva muri SERIE A mubutaliyano atari ikintu coroshe na gato .

’’intsinzi itagabanijwe nagato kandi ikwije ibisabwa vyose kugira yitwe intsinzi,niyo yatumye twiyumva ko dutekaniwe cane.nari  nibicuro kuko muri twebwe twari tugifise imvune mumitima no mumushishito zivyatubayeko mumwaka uheze ariko uno musi twazimaze twumva dutekanye kandi dutekaniwe gose. Ubu tugira dukore  imyitegure mubwenge no kumubiri kuko tuzi neza ko tutagiye kwijajara dufise igikorwa kinini cane imbere yacu.’’ivyo bikaba vyavuzwe na Pep Guardiola Mukinyamakuru Sky Sport

2 ivyiyumviro on ‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

    madudu
    May 19, 2023

    numutama wamateka

    2
    0

Siga Iciyumviro